Afghanistan: Igihugu umugore atemerewe kugira izina rye bwite
Umugore wo burengerazuba bwa Afghanistan, wahawe izina rya Rabia, yagiye kwa muganga yumva afite umuriro mwinshi. Umuganga yaramupimye asanga afite Covid-19. Rabia, yasubiye mu rugo ku mugabo we, amuha "ordonance"yari yahawe na muganga, kugirango amugurire imiti. Umugabo abonye izina ryanditse kuri "ordonance", yahise atangira gukubita Rabia, amuziza kuba yaratanze izina rye ku wundi mugabo atazi. Ibi byabaye kuri Rabia, ni ibintu bisanzwe aho muri Afghanistan, nk'uko igitangazamakuru BBC kibivuga. Aho […]
Post comments (0)